UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Gutungana ntibisaba ko umuntu aba atagira agasembwa
Yobu yarihenze aratora amahinyu Imana (Yb 27:1, 2)
Naho Yobu yakoze amakosa, yabona ko atunganye (Yb 27:5; it-1 1194 ing. 5)
Gutungana ntibisaba ko umuntu aba atagira agasembwa, ahubwo bisaba gukunda Yehova n’umutima wacu wose (Mt 22:37; w19.02 3 ing. 3-5)
IVYO KUZIRIKANAKO: Kumenya ko Yehova atadusaba kuba abatagira agasembwa bidufasha gute kwumirako?