UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Igituma amasanamu y’ibiterasoni ari mabi
Muri iki gihe, amasanamu y’ibiterasoni arakwiragiye hose kandi aroroshe gushikira. Abantu benshi, mbere n’abanyamadini bamwebamwe babona ko kuraba amasanamu y’ibiterasoni ata co bitwaye.
NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO KURABA AMASANAMU Y’IBITERASONI KWOBA ARI UGUCUMURA KU MANA? MUCE MWISHURA IKI KIBAZO:
Ibi vyanditswe bidufasha gute gutahura ukuntu Imana ibona ibijanye n’amasanamu y’ibiterasoni?