ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp21 no. 2 rup. 3
  • Turakeneye isi nziza!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Turakeneye isi nziza!
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
  • Ivyo bijanye
  • Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’indwara z’ibiza?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Ni ibiki wohindura?
    Be maso!—2012
  • Intambara zizovaho ryari? Bibiliya ibivugako iki?
    Ibindi biganiro
  • Ivyago vy’ivyaduka—Kubera iki ari vyinshi cane?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
wp21 no. 2 rup. 3
Umugabo aruhijwe n’amakuru aca intege. Nta kindi yumva kivugwa atari intambara, indwara, ubukene, imigumuko, n’ibindi bintu vyinshi bivuna umutima.

Turakeneye isi nziza!

António Guterres, umunyamabanga mukuru wa ONU, yavuze ati: “Tubaye mw’isi yugarijwe n’ingorane.” Woba nawe uvyibonera?

Amakuru usanga yuzuyemwo ibintu bibabaje:

  • Indwara n’ibiza

  • Ivyago vy’ivyaduka

  • Ubukene n’inzara

  • Ukwononekara kw’ibidukikije n’ubushuhe bw’isi

  • Ubukozi bw’ikibi, ububisha, n’igiturire

  • Intambara

Mu vy’ukuri, turakeneye isi nziza. Isi irangwamwo

  • Amagara meza

  • Umutekano kuri bose

  • Ibifungurwa bikwiye

  • Ibidukikije bimeze neza

  • Ubutungane kuri bose

  • Amahoro mu mihingo yose

None iyo tuvuze isi nziza tuba dushatse kuvuga iki?

Ni ibiki bizoshikira iyi si tubayemwo?

Twokora iki ngo tuzobe mw’isi nziza?

Uwu Munara w’Inderetsi urerekana inyishu zihumuriza Bibiliya itanga kuri ivyo bibazo be no ku bindi bisa n’ivyo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika