ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp21 no. 3 rup. 16
  • Ingene woronka kazoza keza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene woronka kazoza keza
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • WIBAZA KO ARI IGIKI COTUMA UGIRA KAZOZA KEZA? COBA ARI:
  • Ivyanditswe vyeranda bivuga biti:
  • Abantu bose baripfuza kazoza keza
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
  • Intangamarara
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
  • Kuba umuntu ameze neza vyoba bituma ugira kazoza keza?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
  • Amashure ahanitse be n’amahera vyoba vyotuma ugira kazoza keza?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
wp21 no. 3 rup. 16
Umugore ari mu bubiko bw’ibitabu, ariko arasoma Bibiliya muri tablete yiwe.

Ingene Woronka Kazoza Keza

WIBAZA KO ARI IGIKI COTUMA UGIRA KAZOZA KEZA? COBA ARI:

  • Amashure ahanitse?

  • Ubutunzi?

  • Kuba umuntu ameze neza?

  • Ikindi kintu?

Ivyanditswe vyeranda bivuga biti:

“Numenye ubukerebutsi ku neza yawe. Uburonse, kazoza rero uzoba ugafise.”​—IMIGANI 24:14.

Mu Vyanditswe vyeranda, urahasanga amajambo y’ubukerebutsi ashobora gutuma ugira kazoza keza.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika