ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w23 Mukakaro rup. 32
  • Ingene wogira ubushakashatsi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene wogira ubushakashatsi
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Nutondeke ivyo woherako
  • Nuryohore ukuntu wiyigisha
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Ingene Wokwiyigisha
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Nukoreshe jw.org mu busuku—“Nube umugenzi wa Yehova”
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Ingene wogira ubushakashatsi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
Ibindi
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
w23 Mukakaro rup. 32

Ingene Wokwiyigisha

Nutondeke ivyo woherako

Umwanya twese dufise wo kwiyigisha si ikirenga. None twowukoresha neza gute? Ubwa mbere, nufate umwanya ukwiye. Kwiga ibintu bikeya uvyitondeye ni vyiza kuruta kwiga vyinshi ucishacishako.

Nuce rero utondeka ivyo woherako. (Ef. 5:15, 16) Raba ivyiyumviro bimwebimwe vyogufasha:

  • Soma Bibiliya buri musi. (Zab. 1:2) Mu ntango, vyoba vyiza ugiye urajana na rwa rutonde rwo gusoma Bibiliya ishengero ryisunga buri ndwi.

  • Nutegure ikiganiro co kwiga c’Umunara w’Inderetsi be n’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu. Niwitegure neza ku buryo wishura.​—Zab. 22:22.

  • Akanya kabigukundiye, nugume wihereza no ku bindi bifungurwa vy’impwemu, nko mu gusoma integuro ya bose y’Umunara w’Inderetsi na Be maso!, mu kuraba amavidewo no mu gusoma ibiganiro biza birasohoka kuri jw.org.

  • Nugire ubushakashatsi. Urashobora kugirira ubushakashatsi ingorane kanaka iguhanze, ikibazo ufise, canke inkuru yo Bibiliya wipfuza kurushiriza gutahura. Kugira ngo uronke ibindi vyiyumviro, raba igice co kuri jw.org kivuga ngo “Udukorwa tujanye no kwiga Bibiliya.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika