ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w23 Myandagaro rup. 32
  • Ingene Wokwiyigisha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene Wokwiyigisha
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Nurondere kumenya neza Yehova
  • Ingene woronka ivyiyumviro bikomeza ukwizera
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
  • Yehova ameze gute?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Uburyo bwo Kugira Ubushakashatsi
    Niwungukire ku Nyigisho yo mw’Ishure ry’Ubusuku bwa Gitewokarasi
  • Igikoresho c’ubushakashatsi
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
Ibindi
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
w23 Myandagaro rup. 32

Ingene wokwiyigisha

Nurondere kumenya neza Yehova

Igihe dusoma Bibiliya, turashobora gukoresha ibikoresho vyo kwiga bitandukanye kugira dutahure neza ivyo dusoma. Ariko ntidushaka kwiga gusa kugira twongerereze ubumenyi bwo muri Bibiliya. Twipfuza kumenya uko Yehova ameze kugira turushirize kumukunda. Kugira tubishikeko twokwibaza duti: “Ibi nsomye binyigishije iki ku vyerekeye Yehova?”

Nk’akarorero twogerageza kubona ukuntu Yehova yerekanye urukundo, ubukerebutsi, ubutungane n’ububasha. Ariko hariho n’ibindi biranga Yehova. Arafise n’izindi kamere nziza. Ni hehe ushobora gukura ayandi makuru ku vyerekeye kamere ziwe?

Nurabe urutonde rwa kamere zirenga 50 dusanga mu gitabu c’ironderero (Index des publications des Témoins de Jéhovah) munsi y’umutwe uvuga ngo «Yehova» uce uraba agatwe kavuga ngo «Qualités par nom.» Nurondere izihuye n’inkuru yo muri Bibiliya uriko urasoma. (Nimba uronka gusa Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova, nurabe munsi y’umutwe uvuga ngo «Yehova Imana» uce uraba munsi y’agatwe kavuga ngo «Kamere za Yehova.»

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika