ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp24 no. 1 rup. 16
  • Wokura hehe impanuro zo kwizigirwa?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Wokura hehe impanuro zo kwizigirwa?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2024
  • Ivyo bijanye
  • Boba bazokorera Imana nibakura?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
  • Amahitamwo ashikana ku gahimbare
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Nuhitemwo neza mu buto bwawe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Ivyo benshi bisunga mu guhitamwo iciza n’ikibi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2024
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2024
wp24 no. 1 rup. 16
Wa musore twabona mu biganiro vy’imbere y’iki, ahagaze mu nzira iri ku musozi, akaba ariko araraba ikarata. Imbere yiwe hari icapa cerekana ahantu hatandukanye, hakurya na ho hakaba haboneka isonga ry’umusozi.

Wokura hehe impanuro zo kwizigirwa?

Ivy’iyi si biguma bihindagurika cane. None womenya gute nimba ingingo ufata zizotuma uhimbarwa? Womenya gute ko ibibonwa ko bibereye muri iki gihe, ejo bitazohinduka bigasigara bibonwa ko bitabereye?

Bibiliya irashobora kugufasha gufata ingingo zizotuma uticuza namba. Uti ivyo bishoboka gute? Bishoboka kubera ko Bibiliya iva ku Muremyi wacu, na we akaba azi ivyotuma duhimbarwa vy’ukuri.

«Yarakubwiye iciza ico ari co.»—Mika 6:8.

Impanuro dusanga muri Bibiliya ni ngirakamaro, kandi ‘zama ari izo kwizigirwa gushika ibihe bidahera.’—Zaburi 111:8.

Ubona gute none ufashe akanya ugasuzuma ingene Bibiliya yogufasha muri iyi si iguma ihindagurika?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika