ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwfq ikiganiro 30
  • Kubera iki mudakoresha umusaraba mu gusenga?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kubera iki mudakoresha umusaraba mu gusenga?
  • Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Igituma abakirisu b’ukuri badakoresha umusaraba mu gusenga
    Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?
  • Yezu yoba vy’ukuri yapfiriye ku musaraba?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Ni kubera iki Ivyabona vya Yehova badakoresha umusaraba mu gusenga?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Umusaraba
    Be maso!—2017
Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
ijwfq ikiganiro 30

Kubera iki mudakoresha umusaraba mu gusenga?

Abantu benshi babona ko umusaraba ari co kimenyetso kiranga abakirisu kw’isi yose. Naho twebwe Ivyabona vya Yehova turi abakirisu, ntidukoresha umusaraba mu gusenga. Uti kubera iki?

Imvo imwe ni uko Bibiliya yerekana ko Yezu atapfiriye ku musaraba ahubwo ko yapfiriye ku giti gisanzwe. N’ikindi kandi, Bibiliya irasaba abakirisu ishimitse ngo ‘bahunge ugusenga ibigirwamana,’ ivyo bikaba bisobanura kudakoresha umusaraba mu gusenga.​—1 Abakorinto 10:14; 1 Yohani 5:21.

Biri n’ico bivuze kuba Yezu yavuze ati: “Iki ni co bose bazomenyerako yuko muri abigishwa banje: nimwagiriranira urukundo hagati yanyu.” (Yohani 13:34, 35) Aho Yezu yarerekanye ko icoranze abigishwa biwe b’ukuri ari urukundo rwo kwitanga, si umusaraba canke ikindi gishushanyo ico ari co cose.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika