Itanguriro 41:57 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 57 Vyongeye, abantu bo kw’isi yose baguma baza mu Misiri kugura ibifungurwa kwa Yozefu, kuko inzara yari ikaze cane kw’isi yose+.
57 Vyongeye, abantu bo kw’isi yose baguma baza mu Misiri kugura ibifungurwa kwa Yozefu, kuko inzara yari ikaze cane kw’isi yose+.