Kuvayo 4:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Imana ica imubwira iti: «Uragira gutyo kugira bemere ko Yehova Imana ya ba sekuruza babo, Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+ yakubonekeye+.»
5 Imana ica imubwira iti: «Uragira gutyo kugira bemere ko Yehova Imana ya ba sekuruza babo, Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+ yakubonekeye+.»