Kuvayo 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ati: “Ni kugira ngo bemere yuko Yehova Imana ya ba sekuruza babo+, Imana ya Aburahamu+, Imana ya Izahaki+ n’Imana ya Yakobo+, yakubonekeye+.”
5 Ati: “Ni kugira ngo bemere yuko Yehova Imana ya ba sekuruza babo+, Imana ya Aburahamu+, Imana ya Izahaki+ n’Imana ya Yakobo+, yakubonekeye+.”