Kuvayo 8:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ba baherezi bakora ivy’amageza bagerageza kugira nk’ivyo nyene, barondera kuzana imibu bakoresheje ubuhinga bwabo busiga ubwenge+, ariko birabananira. Iyo mibu iguma ku bantu no ku bikoko.
18 Ba baherezi bakora ivy’amageza bagerageza kugira nk’ivyo nyene, barondera kuzana imibu bakoresheje ubuhinga bwabo busiga ubwenge+, ariko birabananira. Iyo mibu iguma ku bantu no ku bikoko.