Kuvayo 8:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Nutabarekura, nzoguteza ibibugu* mwe n’abasuku bawe n’abantu bawe, kandi bizokwinjira no mu mazu yawe. Amazu y’Abanyamisiri azokwuzuramwo ibibugu, vyuzure n’aho bazoba bahagaze hose.
21 Nutabarekura, nzoguteza ibibugu* mwe n’abasuku bawe n’abantu bawe, kandi bizokwinjira no mu mazu yawe. Amazu y’Abanyamisiri azokwuzuramwo ibibugu, vyuzure n’aho bazoba bahagaze hose.