Kuvayo 10:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Farawo aca ahamagara Musa, amubwira ati: «Genda musenge Yehova+. Intama zanyu n’inka zanyu ni vyo bizoguma ng’aha, ariko abana banyu murashobora kujana.»
24 Farawo aca ahamagara Musa, amubwira ati: «Genda musenge Yehova+. Intama zanyu n’inka zanyu ni vyo bizoguma ng’aha, ariko abana banyu murashobora kujana.»