Kuvayo 24:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ubuninahazwa bwa Yehova+ buguma ku musozi Sinayi+, ico gicu na co kimara imisi itandatu kiwutwikiriye. Ku musi ugira indwi, aca ahamagara Musa ari hagati muri ico gicu.
16 Ubuninahazwa bwa Yehova+ buguma ku musozi Sinayi+, ico gicu na co kimara imisi itandatu kiwutwikiriye. Ku musi ugira indwi, aca ahamagara Musa ari hagati muri ico gicu.