Kuvayo 33:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yehova aca abwira Musa ati: «Bwira Abisirayeli uti: “Muri intumva+. Mu kanya isase nobiraramwo nkabamara mwese+. Ubu rero, nimube murakura udusharizo twanyu mu kurindira ko menya uko ndabagira.”»
5 Yehova aca abwira Musa ati: «Bwira Abisirayeli uti: “Muri intumva+. Mu kanya isase nobiraramwo nkabamara mwese+. Ubu rero, nimube murakura udusharizo twanyu mu kurindira ko menya uko ndabagira.”»