-
Kuvayo 39:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 hamwe na ya mikanda ikozwe mu nyuzi z’ilino nziza zitsivye, inyuzi zisa n’ubururu, ubwoya busa n’umuyugubwe be n’inyuzi zisa n’agahama bijishiwe hamwe, nk’uko Yehova yari yabitegetse Musa.
-