Kuvayo 39:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 na ca gikenyezo+ c’ilino nziza ihinzwe be n’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama, bijishwe n’umujishi, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
29 na ca gikenyezo+ c’ilino nziza ihinzwe be n’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama, bijishwe n’umujishi, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.