Abalewi 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bazopanga ku gicaniro ibipande vy’iyo shuri y’ishikanwa riturirwa+, biri kumwe n’umutwe wayo n’ibinure* vyayo, hejuru y’inkwi ziri ku muriro.
8 Bazopanga ku gicaniro ibipande vy’iyo shuri y’ishikanwa riturirwa+, biri kumwe n’umutwe wayo n’ibinure* vyayo, hejuru y’inkwi ziri ku muriro.