-
Abalewi 1:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Azoyisaturira hagati y’amababa yayo ariko ntaze ayicemwo kubiri. Azoca ayiturira ifumbe umwotsi ku gicaniro, hejuru y’inkwi ziri ku muriro. Ni ishikanwa riturirwa, ishikanwa bashikanisha umuriro ry’akamoto kamotera neza Yehova.
-