Abalewi 8:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Musa araheza azana ya mpfizi y’intama igira kabiri, ni ukuvuga ya mpfizi y’intama ikoreshwa mu kubimika+. Aroni n’abahungu biwe baca bayirambikako ibiganza ku mutwe+.
22 Musa araheza azana ya mpfizi y’intama igira kabiri, ni ukuvuga ya mpfizi y’intama ikoreshwa mu kubimika+. Aroni n’abahungu biwe baca bayirambikako ibiganza ku mutwe+.