Abalewi 10:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ntimuhirahire ngo muve ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro, ahandiho mwopfa, kuko amavuta meranda* ya Yehova ari kuri mwebwe+.» Baca bakora nk’uko Musa ababwiye.
7 Ntimuhirahire ngo muve ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro, ahandiho mwopfa, kuko amavuta meranda* ya Yehova ari kuri mwebwe+.» Baca bakora nk’uko Musa ababwiye.