Guharura 3:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Aya ni yo mazina y’abahungu ba Lewi: Gerushoni, Kohati na Merari+.