Guharura 15:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ku bijanye n’igicumuro umuntu yakoze atabishaka, hazoba itegeko rimwe ku Mwisirayeli w’imvukira no ku munyamahanga aba muri mwebwe+.
29 Ku bijanye n’igicumuro umuntu yakoze atabishaka, hazoba itegeko rimwe ku Mwisirayeli w’imvukira no ku munyamahanga aba muri mwebwe+.