ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:49
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 49 Itegeko ni rimwe ku mvukira no ku munyamahanga aba muri mwebwe+.»

  • Abalewi 24:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Itegeko ni rimwe ku munyamahanga no ku mvukira+, kuko ndi Yehova Imana yanyu.”»

  • Guharura 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Nimba hari umunyamahanga aba muri mwebwe, na we nyene ategerezwa gutegurira Yehova ikimazi ca Pasika+. Azogitegura yisunze amabwirizwa n’amategeko akigenga+. Itegeko ni rimwe ku munyamahanga no ku Mwisirayeli w’imvukira+.”»

  • Guharura 15:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Mwebwe abagize ishengero hamwe n’umunyamahanga aba muri mwebwe muzogengwa n’itegeko rimwe. Iryo ni itegeko ryamaho uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana. Umunyamahanga azomera cokimwe namwe imbere ya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika