Guharura 20:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mu kwezi kwa mbere, ishengero ryose ry’Abisirayeli rishika mu bugaragwa bwa Zini, maze abantu batangura kuba i Kadeshi+. Aho ni ho Miriyamu+ yapfiriye kandi ni ho bamuhamvye.
20 Mu kwezi kwa mbere, ishengero ryose ry’Abisirayeli rishika mu bugaragwa bwa Zini, maze abantu batangura kuba i Kadeshi+. Aho ni ho Miriyamu+ yapfiriye kandi ni ho bamuhamvye.