Guharura 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bene Isirayeli, ikoraniro ryose, bashika mu gahinga ka Zini+ mu kwezi kwa mbere, maze abantu baba i Kadeshi+. Aho ni ho Miriyamu+ yapfiriye kandi ni ho yahambwe.
20 Bene Isirayeli, ikoraniro ryose, bashika mu gahinga ka Zini+ mu kwezi kwa mbere, maze abantu baba i Kadeshi+. Aho ni ho Miriyamu+ yapfiriye kandi ni ho yahambwe.