Guharura 34:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Urubibe rwanyu rwo mu burengero ni ikiyaga Kinini* be n’inkengera zaco. Urwo ni rwo ruzoba urubibe rwanyu rwo mu burengero+.
6 Urubibe rwanyu rwo mu burengero ni ikiyaga Kinini* be n’inkengera zaco. Urwo ni rwo ruzoba urubibe rwanyu rwo mu burengero+.