Yosuwa 16:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ruvuye i Tapuwa+ rwaca rubandanya mu burengero ku mwonga wa Kana, rukagarukira ku kiyaga+. Iyo ni yo ntoranwa y’umuryango wa Efurayimu hisunzwe ingo zabo.
8 Ruvuye i Tapuwa+ rwaca rubandanya mu burengero ku mwonga wa Kana, rukagarukira ku kiyaga+. Iyo ni yo ntoranwa y’umuryango wa Efurayimu hisunzwe ingo zabo.