Yosuwa 20:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Uwishe umuntu aze ahungire muri kimwe muri ivyo bisagara+, ahagarare kw’irembo ryaco+ maze ashikirize ikibazo ciwe abashingantahe b’ico gisagara. Baze bamwakire mu gisagara, bamuhe aho kuba, abane na bo.
4 Uwishe umuntu aze ahungire muri kimwe muri ivyo bisagara+, ahagarare kw’irembo ryaco+ maze ashikirize ikibazo ciwe abashingantahe b’ico gisagara. Baze bamwakire mu gisagara, bamuhe aho kuba, abane na bo.