Abacamanza 4:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo Sisera ahungira kw’ihema rya Yayeli+ muka Heberi Umukeni+, kuko hari amahoro hagati ya Yabini+ umwami wa Hazori n’urugo rwa Heberi. Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:17 Umunara w’Inderetsi,1/8/2015, rup. 14
17 Mugabo Sisera ahungira kw’ihema rya Yayeli+ muka Heberi Umukeni+, kuko hari amahoro hagati ya Yabini+ umwami wa Hazori n’urugo rwa Heberi.