-
Abacamanza 12:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Mugabo Yefuta ababwira ati: «Twe n’abantu banje twari mu ntambara ikomeye n’Abamoni. Narabasavye muze kumfasha, mugabo ntimwaza kuntabara.
-