Abacamanza 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Yefuta ababwira ati: “Twe n’abantu banje twari dufitaniye amatati adasanzwe na bene Amoni+. Mwebwe narabatabaje rero, mugabo ntimwankiza mu kuboko kwabo.
2 Mugabo Yefuta ababwira ati: “Twe n’abantu banje twari dufitaniye amatati adasanzwe na bene Amoni+. Mwebwe narabatabaje rero, mugabo ntimwankiza mu kuboko kwabo.