1 Samweli 22:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Erega ntiryari ryo rya mbere ndamuhanurije Imana+. Sinokwubahuka kukurwanya. Umwami ntanyiyumvire ukutari kwo jewe umusavyi wiwe n’abo mu muryango wa dawe bose, kuko ivyo ata na kimwe nari ndabiziko+.»
15 Erega ntiryari ryo rya mbere ndamuhanurije Imana+. Sinokwubahuka kukurwanya. Umwami ntanyiyumvire ukutari kwo jewe umusavyi wiwe n’abo mu muryango wa dawe bose, kuko ivyo ata na kimwe nari ndabiziko+.»