2 Samweli 18:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Maze Ahimasi arasemerera abwira umwami ati: «Vyose vyagenze neza.» Aca yunamira umwami, mu maso hiwe hashika hasi. Araheza avuga ati: «Yehova Imana yawe nashemezwe, we yagufashije gutsinda abari bakugararije* mwami+!»
28 Maze Ahimasi arasemerera abwira umwami ati: «Vyose vyagenze neza.» Aca yunamira umwami, mu maso hiwe hashika hasi. Araheza avuga ati: «Yehova Imana yawe nashemezwe, we yagufashije gutsinda abari bakugararije* mwami+!»