1 Abami 14:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nayo ibisigaye ku vyerekeye Rehobowamu, ni ukuvuga ivyo yakoze vyose, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami b’Ubuyuda+. 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:29 Umunara w’Inderetsi,15/3/2009, rup. 32
29 Nayo ibisigaye ku vyerekeye Rehobowamu, ni ukuvuga ivyo yakoze vyose, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami b’Ubuyuda+.