2 Abami 6:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Umwami wa Isirayeli aca arungika ubutumwa bwo kuburira ababa nya hantu Elisha wa muntu w’Imana y’ukuri yari yamubwiye. Elisha yaguma aburira umwami, na we akaza aririnda kuja aho yamubwiye+. Kandi ivyo ntivyabaye rimwe canke kabiri.
10 Umwami wa Isirayeli aca arungika ubutumwa bwo kuburira ababa nya hantu Elisha wa muntu w’Imana y’ukuri yari yamubwiye. Elisha yaguma aburira umwami, na we akaza aririnda kuja aho yamubwiye+. Kandi ivyo ntivyabaye rimwe canke kabiri.