2 Abami 6:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Elisha ababwira rero ati: «Iyi nzira mwafashe si yo, n’iki gisagara mwajemwo si co. Ingo nje kubereka uwo murondera.» Ariko abajana i Samariya+.
19 Elisha ababwira rero ati: «Iyi nzira mwafashe si yo, n’iki gisagara mwajemwo si co. Ingo nje kubereka uwo murondera.» Ariko abajana i Samariya+.