2 Abami 13:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Umusi umwe abantu bariko barahamba umuntu, baja babona akagwi k’abambuzi. Ubwo nyene baca baterera ikiziga c’uwo muntu mu mva ya Elisha, bariruka. Ico kiziga gikoze ku magufa ya Elisha, uwo muntu aca asubira kuba muzima+, arahagarara. 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:21 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),12/2017, rup. 5 Umunara w’Inderetsi,1/8/2005, rup. 11
21 Umusi umwe abantu bariko barahamba umuntu, baja babona akagwi k’abambuzi. Ubwo nyene baca baterera ikiziga c’uwo muntu mu mva ya Elisha, bariruka. Ico kiziga gikoze ku magufa ya Elisha, uwo muntu aca asubira kuba muzima+, arahagarara.