2 Abami 17:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Bagumye barenga ku mabwirizwa yose Yehova Imana yabo yabahaye, bakora ibishusho bibiri vy’inyana bikozwe mu cuma*+, n’inkingi nyeranda y’igiti*+, bunamira ingabo zose zo kw’ijuru*+ bongera basenga Bayali+.
16 Bagumye barenga ku mabwirizwa yose Yehova Imana yabo yabahaye, bakora ibishusho bibiri vy’inyana bikozwe mu cuma*+, n’inkingi nyeranda y’igiti*+, bunamira ingabo zose zo kw’ijuru*+ bongera basenga Bayali+.