1 Ngoma 4:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Abahungu ba Shela+ mwene Yuda bari Ere se wa Leka, Layada se wa Maresha, hamwe n’abo mu miryango ya Ashibeya bakora ivyo guhingura ibitambara vyiza.
21 Abahungu ba Shela+ mwene Yuda bari Ere se wa Leka, Layada se wa Maresha, hamwe n’abo mu miryango ya Ashibeya bakora ivyo guhingura ibitambara vyiza.