-
1 Ngoma 6:49Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
49 Aroni n’abahungu biwe+ baratanga ibimazi bigafumba umwotsi, bakabitangira ku gicaniro c’amashikanwa aturirwa+ no ku gicaniro c’imibavu+. Bakora ibikorwa bijanye n’ibintu vyeranda cane, bisunze ivyo Musa umusavyi w’Imana y’ukuri yari yarategetse vyose, kugira Abisirayeli bababarirwe ibicumuro vyabo*+.
-