1 Ngoma 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Abahungu ba Bela bari batanu: Esiboni, Uzi, Uziyeli, Yerimoti na Iri. Bari abakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango bavamwo bakaba n’abarwanyi b’intwari. Ku rutonde rwerekana amamuko yabo hari handitswe abarwanyi 22.034+.
7 Abahungu ba Bela bari batanu: Esiboni, Uzi, Uziyeli, Yerimoti na Iri. Bari abakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango bavamwo bakaba n’abarwanyi b’intwari. Ku rutonde rwerekana amamuko yabo hari handitswe abarwanyi 22.034+.