2 Ngoma 2:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Salomo atora rero abakozi 70.000 basanzwe* n’abandi 80.000 bajejwe kuringaniza amabuye mu misozi+, atora n’abantu 3.600 bo kubahagarikira+.
2 Salomo atora rero abakozi 70.000 basanzwe* n’abandi 80.000 bajejwe kuringaniza amabuye mu misozi+, atora n’abantu 3.600 bo kubahagarikira+.