Esiteri 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yari mu bakuwe i Yeruzalemu bajanwa mu bunyagano igihe Nebukadinezari umwami wa Babiloni yatwara Yekoniya*+ umwami w’Ubuyuda mu bunyagano.
6 Yari mu bakuwe i Yeruzalemu bajanwa mu bunyagano igihe Nebukadinezari umwami wa Babiloni yatwara Yekoniya*+ umwami w’Ubuyuda mu bunyagano.