Esiteri 10:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ibintu vyose bikomeye yakoze, ububasha yerekanye n’ido n’ido ry’ubukuru umwami yahaye Morudekayi+, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe+ c’abami b’Ubumedi n’Ubuperesi+. Esiteri Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:2 Umunara w’Inderetsi,15/3/2009, rup. 32
2 Ibintu vyose bikomeye yakoze, ububasha yerekanye n’ido n’ido ry’ubukuru umwami yahaye Morudekayi+, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe+ c’abami b’Ubumedi n’Ubuperesi+.