Zaburi 42:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kubera iki nihebuye+? Kubera iki nuzuye amaganya? Nzorindira Imana+,kuko nzoguma ndayishemeza nk’Umukiza wanje ahambaye+.
5 Kubera iki nihebuye+? Kubera iki nuzuye amaganya? Nzorindira Imana+,kuko nzoguma ndayishemeza nk’Umukiza wanje ahambaye+.