Zaburi 53:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Mbega mu banyakibi nta n’umwe afise ugutahura? Barya abantu banje nka kurya barya umukate. Ntibigera batabaza Yehova+.
4 Mbega mu banyakibi nta n’umwe afise ugutahura? Barya abantu banje nka kurya barya umukate. Ntibigera batabaza Yehova+.