Zaburi 73:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Erega batikira mu kanya isase+! Bahona bukwi na bukwi kandi iherezo ryabo rirateye ubwoba.