Umusiguzi 10:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ese ukuntu igihugu kiba gihiriwe iyo gifise umwami ava mu muryango w’abanyacubahiro, abaganwa baco na bo bakarya kandi bakanywa ku mwanya ubereye, kugira baronke inguvu atari kugira baborerwe+!
17 Ese ukuntu igihugu kiba gihiriwe iyo gifise umwami ava mu muryango w’abanyacubahiro, abaganwa baco na bo bakarya kandi bakanywa ku mwanya ubereye, kugira baronke inguvu atari kugira baborerwe+!